Neymarentacoyarabaye Nukwafisamanyama.Kandariyemera.Ariko Kazemuri Real Madrid Yifashenezatwomukundatwebwabafana.
neymar turamushaka muri real madrid yoramuka aziye zidani sinzi ukuntu yonezerwa kandinaje ndoryoherwa nimudufashe gusenga ajemuri real pe!
neymar turamushaka muri real madrid yoramuka aziye zidani sinzi ukuntu yonezerwa kandinaje ndoryoherwa nimudufashe gusenga ajemuri real pe!
Naveyo Yigire Mur PSG Natw Turonk Uk Yaz I Madrid Na Cr7
Ubu Se Koyagiy Abobos Bavuzivy Baramukurikiy?? Barca Numv Yasigay Igaragara Kwel
neyimari naze murear ite ikomera
neyimari naze murear ite ikomera
kuba abakinyi babiri Neymar
NA Ronaldo bahuriye mwikipe imwe ntumbaze ungenerous bizoba bimeze.sinzi iyindi equipe izoyihangara
Oya ntivyumvikana ko yoja muri Real,nne hoho vyob bi2m8e n’ik kugra ajeyo?boba bamufata nabi muri Barça?
Neymar real madrid ntakind imuronderer atà r kumurisha bench imwononer umupir
niyigumire mur barça yrabayeho nz
nukurinagumemuribarce agiyenzomukurikira
yo!!twobaduhomvye can umukinyi mwiz nka naymar nonehontbizoba
Neymar Akava muri barcelon akagend muri real siheza.nond ashak aveyo kubera iki?
ntavemuri barsa kok yocisubirinyuma
nukur yoguma ahoyari kk messi yosigarawenyene
Amakuru
Nukur Neymar Nagume Muri Barça Kuko Avuye Muri Barç Nibeshi Bobabara Kand Ntiyoja Mur Real Borabanw Nab Na Cristiano.
nagumemwayiriya ekipeye ariyo fcb arselone
je mbona yokwigumira muri Barça bagakinana na L.Messi
Nukur ahubwo niyabayumva afit ubwibucy ndets nubwibagiz nagumaho
nukuri neymar niyigumire muri barca
Nagume Muri Barcelona Kuko Ntiyohashobora Tuzosenga Mpaka Agumyeho Kuko Turamukunda Mugabo Inka Imwe Ihongoy Ntibuza Izindi Kurisha
ntaz ntaw dushak mur madrid
ntaz ntaw dushak mur madrid
niyiyizire muri Real kbx
nagumemwikipeyamureze
Niz Mur Real Madrid Ko Wumv’ashak Gukinan Nakizigenz Naz Tumwakiran’amabok Yomp
NIYIZIREMURI REAL NAKARE,BARICANTIBIBERANYE
nibasabe agumemeyo barcelona yoba ihomvye
hamwe yogenda muri leal je mbona ko barca yoca igira ingorane kuko bakinye ntawundi yopfunga barca
Reka reka nagume barca
Aziyizire Muri chelsea nibwo yaba afite amahirwe menshi yogutwara Ballondor
Aziyizire Muri chelsea nibwo yaba afite amahirwe menshi yogutwara Ballondor
natwentawedukeneyemuri barisa najemuri chrs basi